Channy Queen na Olga Lorie

Il y a 1 mois

CHANY QUEEN na #olga_lorie biboneka ko bafitaniye ubucuti budasanzwe kandi kuva kera kuko kenshi bakunda kwerekana amafoto bari kumwe kandi basa nabisanzuye nkincuti za hafi.
Mbega ubona bakoranye indirimbo mvyoba bimeze gute?
#BestBurundianFemaleArtists
#eastafricanmusic

Ecrit par Administrateur