Muriyi misi yiyita The Key(Urufunguruzo)

Il y a 1 mois

Muriyi misi yiyita The Key(Urufunguruzo) ngo afise icizere ko agiye gucir'inzira abanyamuziki aho vyanse ko bashika n'acanecane abaririmvyikazi ubona ko basa n'abari bamaze igihe bataboneka cane mumuziki.
Ni #Meili amaze igihe kitari kinini mumuziki ariko, ariko aravyifatamwo neza, biboneka ko afise n'abakunzi batari bake.
Mbega wewe uwu muririmvyikazi umubona gute?
Indirimbo ziwe uzibona gute?
#BestBurundianFemaleArtist
#eastafricanmusic

Ecrit par Administrateur